Zaburi 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko azonyegeza mu bwikingo bwiwe ku musi w’ivyago+;Azompisha ahihishije h’ihema ryiwe+;Azonshira hejuru ku gitandara+. Zaburi 57:1 Bibiliya y’isi nshasha 57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+. Zaburi 91:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi.
5 Kuko azonyegeza mu bwikingo bwiwe ku musi w’ivyago+;Azompisha ahihishije h’ihema ryiwe+;Azonshira hejuru ku gitandara+.
57 Ngirira ubutoni, ewe Mana, ngirira ubutoni+,Kuko muri wewe ari ho mpungiye+;Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho mpungiye gushika amarushwa arenganye+.
4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi.