Itanguriro 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+. Yosuwa 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa arungika abagabo bavuye i Yeriko ngo baje i Ayi+ hafi ya Beti-aveni+, mu buseruko bwa Beteli+, ababwira ati: “Duge mutate ico gihugu.” Nuko nya bagabo baduga gutata Ayi+.
8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+.
2 Maze Yosuwa arungika abagabo bavuye i Yeriko ngo baje i Ayi+ hafi ya Beti-aveni+, mu buseruko bwa Beteli+, ababwira ati: “Duge mutate ico gihugu.” Nuko nya bagabo baduga gutata Ayi+.