Abalewi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aze ayisaturire ku mababa yayo. Ntaze ayitanye+. Maze umuherezi aze ayifumbishe umwotsi ku gicaniro hejuru y’inkwi ziri ku muriro. Ni ishikanwa riturirwa+, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.
17 Aze ayisaturire ku mababa yayo. Ntaze ayitanye+. Maze umuherezi aze ayifumbishe umwotsi ku gicaniro hejuru y’inkwi ziri ku muriro. Ni ishikanwa riturirwa+, ishikanwa rishikanishwa umuriro ry’akamoto karuhura kuri Yehova+.