ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko mu nzira, ahantu h’uburaro+, Yehova ahura na we+, akaguma arondera ingene yomwica+.

  • Guharura 15:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko ari ijambo rya Yehova yasuzuguye+ n’ibwirizwa ryiwe yarenze+, uwo muntu aze arandurwe ata kabuza+. Ikosa ryiwe riri kuri we+.’”

  • Yohani 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nimba umuntu agenyerwa kw’isabato kugira ngo itegeko rya Musa ntirirengwe, mungiriye ishavu rirerire kubera ko nakijije umuntu kw’isabato+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika