ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 17:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera yawe abwirizwa kugenyerwa+ ata kabuza; kandi isezerano ryanje mu mubiri wanyu ritegerezwa kuba isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+.

  • Yosuwa 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ico gihe nyene, Yehova abwira Yosuwa ati: “Niwihingurire imbugita z’ibuye ry’isare, usubire kugenyera+ bene Isirayeli ubugira kabiri.”

  • Abaroma 2:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mugabo Umuyuda ni uwuri we imbere+, kandi ukugenyerwa kwiwe ni ukw’umutima+ biciye ku mpwemu, bidaciye ku mategeko yanditse+. Ishimagizwa+ ry’uwo ntiriva ku bantu, ahubwo riva ku Mana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika