Itanguriro 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yunamuye amaso+, aritegereza maze abona abagabo batatu bari bahagaze nka hariya uvuye aho ari. Ababonye, yiruka kubasanganira avuye mu bwinjiriro bw’ihema maze arunama gushika hasi+. 1 Samweli 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi.
2 Yunamuye amaso+, aritegereza maze abona abagabo batatu bari bahagaze nka hariya uvuye aho ari. Ababonye, yiruka kubasanganira avuye mu bwinjiriro bw’ihema maze arunama gushika hasi+.
8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi.