1 Samweli 26:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Sauli rero amenya ijwi rya Dawidi, avuga ati: “Iryo jwi ni iryawe ga mwananje Dawidi+?” Dawidi na we avuga ati: “Ni ijwi ryanje, mukama wanje umwami.”
17 Sauli rero amenya ijwi rya Dawidi, avuga ati: “Iryo jwi ni iryawe ga mwananje Dawidi+?” Dawidi na we avuga ati: “Ni ijwi ryanje, mukama wanje umwami.”