Itanguriro 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abantu b’i Sodomu bari babi bakaba n’abacumuzi katwa kuri Yehova+. Itanguriro 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ku bw’ivyo rero Yehova avuga ati: “Induru y’ukwidogera Sodomu na Gomora+, emwe, ni nyinshi, kandi igicumuro cabo, emwe, kiraremereye cane+. Yesaya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uko mu maso habo hameze, harabâgiriza koko+, kandi barahishura igicumuro cabo kimeze nk’ica Sodomu+. Ntibakinyegeje. Baragowe! Kuko bikwegeye ivyago+.
20 Ku bw’ivyo rero Yehova avuga ati: “Induru y’ukwidogera Sodomu na Gomora+, emwe, ni nyinshi, kandi igicumuro cabo, emwe, kiraremereye cane+.
9 Uko mu maso habo hameze, harabâgiriza koko+, kandi barahishura igicumuro cabo kimeze nk’ica Sodomu+. Ntibakinyegeje. Baragowe! Kuko bikwegeye ivyago+.