Yohani 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+! Abanyefeso 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+. Abaheburayo 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni co gituma igihe aza mw’isi avuga ati: “‘Ibimazi n’amashikanwa nta vyo washatse+, mugabo wanteguriye umubiri+. 1 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.
29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!
2 kandi mubandanye kugendera mu rukundo+, nk’uko na Kristu yabakunze+ akabigura, akaba ishikanwa+ n’ikimazi bihawe Imana ngo bibe akamoto keza+.
5 Ni co gituma igihe aza mw’isi avuga ati: “‘Ibimazi n’amashikanwa nta vyo washatse+, mugabo wanteguriye umubiri+.
19 Ahubwo mwarokojwe amaraso y’agaciro+, nk’ay’umwagazi w’intama utagirako ikirabagu kandi utagirako agatosi+, emwe, aya Kristu+.