Zaburi 50:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Singukangira ku vyerekeye ibimazi vyawe+Canke amashikanwa yawe aturirwa yama imbere yanje+. Amosi 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.
22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.