ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 27:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bamaze kumuboha baramujana, bamuhereza Pilato buramatari+.

  • Yohani 10:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nta wabunyatse, mugabo ndabuheba ku gushaka kwanje. Ndafise ububasha bwo kubuheba, nkagira n’ububasha bwo kwongera kuburonka+. Ibwirizwa+ ry’ivyo narironse ndarihawe na Dawe.”

  • Ivyakozwe 8:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Buno igisomwa c’Icanditswe yariko arasoma n’ijwi ryumvikana cari iki: “Nka kurya kw’intama, ni ko yazanywe mw’ibagiro, kandi nka kurya kw’umwagazi w’intama utavuga imbere y’umukemuzi wawo, ni ko adakurako umunwa+.

  • Abafilipi 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 N’ikiruta ivyo, igihe yasanga ameze nk’umuntu+, yaricishije bugufi, aragamburuka gushika no ku rupfu+, egome, urupfu rwo ku giti co kubabarizwako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika