Itanguriro 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Yehova abwira Aburamu ati: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka+; Abaheburayo 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kubera ukwizera, Aburahamu+, igihe yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yabwirizwa kuronka bwa ntoranwa; kandi yaragiye, naho atari azi iyo yariko araja+.
12 Nuko Yehova abwira Aburamu ati: “Va mu gihugu cawe no mu ncuti zawe no mu nzu ya so, uje mu gihugu nzokwereka+;
8 Kubera ukwizera, Aburahamu+, igihe yahamagarwa, yaragamburutse aragenda, aja ahantu yabwirizwa kuronka bwa ntoranwa; kandi yaragiye, naho atari azi iyo yariko araja+.