Itanguriro 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+.
14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+.