ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ndabinginze, hatorwe amazi makeyi hanyuma mwozwe ibirenge+. Maze mwicare munsi y’igiti+.

  • Itanguriro 19:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya.

  • Itanguriro 43:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze uwo mugabo azana nya bagabo mu nzu ya Yozefu hanyuma atanga amazi kugira bozwe ibirenge+, yongera atanga indya z’ibitungwa ku bw’indogobwa zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika