Itanguriro 9:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yongerako ati:“Hahezagirwe Yehova+, Imana ya Shemu,Kandi Kanani nacike umushumba wiwe+. Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Luka 1:68 Bibiliya y’isi nshasha 68 “Hahezagirwe Yehova Imana ya Isirayeli+, kuko yitayeho abantu biwe+ akabatunganiriza ukurokoka+.