ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kuko ngira nkurahize Yehova+, Imana y’amajuru n’Imana y’isi, yuko utazoronderera umuhungu wanje umugore mu bakobwa b’Abanyakanani mbayemwo+;

  • Itanguriro 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Ku bw’ivyo rero Izahaki ahamagara Yakobo, aramuhezagira hanyuma amutegeka ati: “Ntuze wabire umugore mu bakobwa b’i Kanani+.

  • Ezira 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko bemeye kwabira bamwe mu bakobwa babo bakemera n’uko bamwe mu bakobwa babo babirwa n’abahungu babo+; kandi ubwabo, bo ruvyaro rweranda+, barivanze+ n’abantu bo muri ivyo bihugu, kandi ukuboko kw’abaganwa n’ivyegera vy’abatware kwabaye ukwa mbere+ muri ubwo buhemu.”

  • 1 Abakorinto 7:39
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Umugore abohwa mu gihe cose umugabo wiwe akiriho+. Ariko iyo umugabo wiwe asinziriye mu rupfu, nta kimubuza kwubakana n’uwo ashaka, ariko mu Mukama gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika