Itanguriro 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Erega, ataraheza kuvuga+, aza abona Rebeka arasohotse, uwari yavutse kuri Betuweli+ umuhungu wa Milika+ umugore wa Nahori+, mwene wabo na Aburahamu, kandi umubindi wiwe w’amazi wari ku rutugu+.
15 Erega, ataraheza kuvuga+, aza abona Rebeka arasohotse, uwari yavutse kuri Betuweli+ umuhungu wa Milika+ umugore wa Nahori+, mwene wabo na Aburahamu, kandi umubindi wiwe w’amazi wari ku rutugu+.