ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi igihe Aroni azokwatsa nya matara hagati ya ya migoroba ibiri, azoyifumbisha umwotsi. Ni imibavu ishikanwa nantaryo imbere ya Yehova mu mayaruka yanyu.

  • Abalewi 24:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Aroni akwiye kwama agitunganya kuva ku mugoroba gushika mu gitondo imbere ya Yehova, hanze y’irido y’Igishingantahe, mw’ihema ry’ihuriro. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yanyu.

  • Guharura 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Vugana na Aroni, umubwire uti: ‘Igihe cose wakije amatara, ya matara indwi aze aboneshe mu kibanza c’imbere y’igitereko c’amatara+.’”

  • 2 Ngoma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Barafumbishiriza Yehova buri gitondo na buri mugoroba amashikanwa aturirwa+ be n’imibavu imota neza+; kandi imikate igerekeranye iri ku meza y’inzahabu itavanze+, hakabaho n’igitereko c’amatara c’inzahabu+ n’amatara yaco yatswa buri mugoroba+; kuko tuguma dushitsa ivyo Yehova Imana yacu adusaba+, mugabo mwebwe mwaramuhevye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika