ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kuri nya meza, uze wame ushira imbere yanje imikate yerekanwa*+.

  • Abalewi 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi uze udutondeke mu migwi ibiri tugerekeranye, dutandatu dutandatu ku mugwi+, kuri ya meza y’inzahabu itavanze, imbere ya Yehova+.

  • 1 Ngoma 23:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 egome, ku bijanye n’imikate igerekeranye+ no ku bijanye n’ifu inoze+ y’ishikanwa ry’intete no ku bijanye n’udukate+ tutagiramwo+ umwambiro no ku bijanye n’udutsima two kw’ikarayi+ no ku bijanye n’igicumbe kivanze+ no ku bijanye n’ingero zose z’ibiseseka n’iz’uburebure+;

  • Matayo 12:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika