ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 40:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 hanyuma ayitondekako umurongo w’imikate+ imbere ya Yehova, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

  • 1 Samweli 21:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mugabo nya muherezi yishura Dawidi ati: “Nta mikate isanzwe iri mu kuboko kwanje, mugabo hari imikate myeranda+; nya basore bakire gusa kuba n’imiburiburi baririnze abagore+.”

  • Mariko 2:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana, muri ya nkuru ya Abiyatari+ umukuru w’abaherezi, akarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba ari ikintu ata n’umwe yemerewe+ kurya kiretse abaherezi, hanyuma agahako n’abantu bari kumwe na we+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika