Kuvayo 25:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kuri nya meza, uze wame ushira imbere yanje imikate yerekanwa*+. Matayo 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+?
4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+?