ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 24:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Uze utore ifu inoze, uyotsemwo udutsima cumi na tubiri tumeze nk’ikigōmbo. Agatsima kose gakwiye gutwara ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa.

  • 1 Samweli 21:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko nya muherezi amuha ivyari vyeranda+, kuko ata mikate yari ihari kiretse imikate yerekanwa* yari yakuwe imbere ya Yehova+, kugira hashirweho imikate mishasha ku musi wo kuyikuraho.

  • 1 Ngoma 9:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Bamwe mu bahungu b’Abakohati, bene wabo, bari bajejwe imikate igerekeranye+, kugira ngo bayitegure buri sabato+.

  • 2 Ngoma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Barafumbishiriza Yehova buri gitondo na buri mugoroba amashikanwa aturirwa+ be n’imibavu imota neza+; kandi imikate igerekeranye iri ku meza y’inzahabu itavanze+, hakabaho n’igitereko c’amatara c’inzahabu+ n’amatara yaco yatswa buri mugoroba+; kuko tuguma dushitsa ivyo Yehova Imana yacu adusaba+, mugabo mwebwe mwaramuhevye+.

  • Matayo 12:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana bakarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba cari ikintu atari yemerewe+ kurya, eka n’abari kumwe na we, kiretse abaherezi gusa+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika