9 Bize bicike ivya Aroni n’abahungu biwe+, kandi baze babirire ahantu heranda+, kuko ari ikintu ceranda rwose kuri we kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, bibe ingingo nyobozi gushika igihe kitagira urugero.”
26 Ingene yinjiye mu nzu y’Imana, muri ya nkuru ya Abiyatari+ umukuru w’abaherezi, akarya imikate ishirwa imbere y’Imana*+, kikaba ari ikintu ata n’umwe yemerewe+ kurya kiretse abaherezi, hanyuma agahako n’abantu bari kumwe na we+?”