Itanguriro 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+. Kuvayo 12:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yehova na we aha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+, ku buryo bano babaha ivyo basavye+; bakoba Abanyamisiri+. Zaburi 105:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Atangura kubasohorana ifeza n’inzahabu+;Kandi mu miryāngo yiwe nta n’umwe yagenda aratsitara.
14 Mugabo ihanga bazokorera nzoricira urubanza+, kandi inyuma y’ivyo bazosohoka bafise ibintu vyinshi+.
36 Yehova na we aha abo bantu kugira ubutoni mu maso y’Abanyamisiri+, ku buryo bano babaha ivyo basavye+; bakoba Abanyamisiri+.