Kuvayo 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na we ati: “Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza kuri twebwe+? Ushaka kunyica nka kumwe wica wa Munyamisiri+?” Musa aca aratinya, avuga ati: “Nta nkeka ca kintu camenyekanye+!” Ivyakozwe 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yibwira yuko bene wabo botegereye yuko Imana yariko ibaronsa ubukiriro biciye ku kuboko kwiwe+, mugabo ntibabitegera.
14 Na we ati: “Ni nde yakugize umuganwa n’umucamanza kuri twebwe+? Ushaka kunyica nka kumwe wica wa Munyamisiri+?” Musa aca aratinya, avuga ati: “Nta nkeka ca kintu camenyekanye+!”
25 Yibwira yuko bene wabo botegereye yuko Imana yariko ibaronsa ubukiriro biciye ku kuboko kwiwe+, mugabo ntibabitegera.