Kuvayo 39:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi nya mabuye yari ahwanye n’amazina ya bene Isirayeli. Yari cumi n’abiri nk’uko amazina yabo ari, asaruwe nk’udusaruro tw’ikidodo, rimwe ryose hisunzwe izina rijako, bigirwa kuri ya miryango cumi n’ibiri+.
14 Kandi nya mabuye yari ahwanye n’amazina ya bene Isirayeli. Yari cumi n’abiri nk’uko amazina yabo ari, asaruwe nk’udusaruro tw’ikidodo, rimwe ryose hisunzwe izina rijako, bigirwa kuri ya miryango cumi n’ibiri+.