Kuvayo 39:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze akora ka kambarwa ko ku gikiriza+, agahinguwe n’umudeshi, nka kumwe efodi ihinguwe, mu nzahabu, mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe+.
8 Maze akora ka kambarwa ko ku gikiriza+, agahinguwe n’umudeshi, nka kumwe efodi ihinguwe, mu nzahabu, mu nyuzi z’ubururu n’ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura n’igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe+.