Kuvayo 39:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubukurikira bakorera Aroni n’abahungu biwe amakanzu y’ilino nziza+, ayahinguwe n’umujishi w’impuzu, Abalewi 8:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Musa araheza yigiza hafi abahungu ba Aroni+, abambika amakanzu yongera abakenyeza ibikenyezo+, araheza azingira kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. 1 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Samweli yakorera+ imbere ya Yehova, ari agahungu gakenyeye efodi* y’ilino+.
27 Ubukurikira bakorera Aroni n’abahungu biwe amakanzu y’ilino nziza+, ayahinguwe n’umujishi w’impuzu,
13 Musa araheza yigiza hafi abahungu ba Aroni+, abambika amakanzu yongera abakenyeza ibikenyezo+, araheza azingira kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa.