Abalewi 7:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 “‘Kandi muzoha umuherezi ukuguru kw’ukuryo bwa mugabane mweranda+ uvuye ku bimazi vyanyu vy’ugusangira. Abalewi 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo inkoro n’ukuguru kw’ukuryo Aroni abizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova, nk’uko Musa yari yategetse. Guharura 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inyama zavyo zize zibe rwawe. Nk’uko biri ku nkoro y’ishikanwa rizungagizwa no ku kuguru kw’ukuryo, zizoba rwawe+.
32 “‘Kandi muzoha umuherezi ukuguru kw’ukuryo bwa mugabane mweranda+ uvuye ku bimazi vyanyu vy’ugusangira.
21 Mugabo inkoro n’ukuguru kw’ukuryo Aroni abizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova, nk’uko Musa yari yategetse.
18 Inyama zavyo zize zibe rwawe. Nk’uko biri ku nkoro y’ishikanwa rizungagizwa no ku kuguru kw’ukuryo, zizoba rwawe+.