-
Abalewi 10:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 Bazozana kwa kuguru kw’umugabane mweranda, na ya nkoro y’ishikanwa rizungagizwa+, kumwe n’amashikanwa ashikanishwa umuriro ya vya bipande binuze, kugira bazungagize irya n’ino imbere ya Yehova ishikanwa rizungagizwa. Bitegerezwa kuba ingaburo+ gushika igihe kitagira urugero, kuri wewe no ku bahungu bawe bari kumwe nawe, nk’uko Yehova yategetse.”
-