ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Kandi uzorobanuza amavuta Aroni+ n’abahungu biwe+, ubeze kugira bankorere bwa baherezi+.

  • Kuvayo 40:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uze ubarobanuze amavuta nk’uko wayarobanuje se+, gutyo bankorere bwa baherezi, kandi irobanurwa ryabo rize ribandanye kubabera ubuherezi gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yabo+.”

  • Abalewi 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amaherezo asuka ku mutwe wa Aroni makeyi kuri ya mavuta yo kurobanuza, aramurobanura, kugira ngo yezwe+.

  • 2 Abakorinto 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Mugabo uwemeza ko mwebwe na twebwe turi aba Kristu, ari na we yaturobanuje amavuta+, ni Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika