Abalewi 8:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Muzoguma ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro umurango n’ijoro kumara imisi indwi+, kandi mutegerezwa kwubahiriza izamu ritegerezwa rya Yehova+, kugira ntimupfe; kuko ukwo ari ko nategetswe.” Abalewi 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hanyuma ku musi ugira umunani+, Musa ahamagara Aroni n’abahungu biwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli.
35 Muzoguma ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro umurango n’ijoro kumara imisi indwi+, kandi mutegerezwa kwubahiriza izamu ritegerezwa rya Yehova+, kugira ntimupfe; kuko ukwo ari ko nategetswe.”
9 Hanyuma ku musi ugira umunani+, Musa ahamagara Aroni n’abahungu biwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli.