Indirimbo ya Salomo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 narada+ be n’umuzafarani+, kanehe*+ be n’umudarasini+, kumwe n’ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu ya olibani, imira n’umubazibazi+, kumwe n’ibimota neza vyose biruta ibindi+; Yeremiya 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.”
14 narada+ be n’umuzafarani+, kanehe*+ be n’umudarasini+, kumwe n’ubwoko bwose bw’ibiti vy’imibavu ya olibani, imira n’umubazibazi+, kumwe n’ibimota neza vyose biruta ibindi+;
20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.”