Gusubira mu vyagezwe 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Reka ndabazimanganye+, mpanagure amazina yabo munsi y’amajuru+, maze nawe nkugire ihanga ribarusha inkomezi n’ubwinshi+.’ Abaroma 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nopfuma jewe ubwanje mba igicibwa kuri Kristu nkaba nk’ikivume ku bavukanyi banje+, incuti zanje hisunzwe umubiri+,
14 Reka ndabazimanganye+, mpanagure amazina yabo munsi y’amajuru+, maze nawe nkugire ihanga ribarusha inkomezi n’ubwinshi+.’
3 Kuko nopfuma jewe ubwanje mba igicibwa kuri Kristu nkaba nk’ikivume ku bavukanyi banje+, incuti zanje hisunzwe umubiri+,