Abaroma 16:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muramutse Andoroniko na Yuniya incuti+ zanje n’imbohe bagenzanje+, abantu bamenyekana mu ntumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe+ na Kristu. Abaroma 16:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Timoteyo umukozi mugenzanje arabaramutsa, na Lusiyo na Yasoni na Sosipatero incuti zanje+.
7 Muramutse Andoroniko na Yuniya incuti+ zanje n’imbohe bagenzanje+, abantu bamenyekana mu ntumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe+ na Kristu.