Kuvayo 34:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.” Zaburi 78:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+. Zaburi 106:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Baguma bidogera mu mahema yabo+;Ntibumviriza ijwi rya Yehova+.
9 Maze avuga ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ewe Yehova, ndakwinginze, Yehova agendere hagati yacu+, kuko ari abantu b’izosi ridadaraye+, kandi ubabarire ikosa ryacu n’igicumuro cacu+, udufate nk’ikintu wigabira+.”
8 Kandi ntibari bakwiye gucika nka ba sekuruza babo+,Iyaruka ry’akagagazo kandi ry’irigarariji+,Iyaruka ry’abatari barateguye umutima wabo+,Kandi umutima wabo ntube umwizigirwa ku Mana+.