Guharura 16:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 “Haguruke muve hagati muri iri koraniro, kugira ngo ndaritikize mu kanya isase+.” Baca bagwa bubamye+. Zaburi 73:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ewe kuntu bacitse akajoreza nko mu kanya isase+!Ese ingene bashitse kw’iherezo ryabo, bakamarwa n’ibica ivutu bukwi na bukwi!
45 “Haguruke muve hagati muri iri koraniro, kugira ngo ndaritikize mu kanya isase+.” Baca bagwa bubamye+.
19 Ewe kuntu bacitse akajoreza nko mu kanya isase+!Ese ingene bashitse kw’iherezo ryabo, bakamarwa n’ibica ivutu bukwi na bukwi!