Kuvayo 18:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma bacira imanza abantu igihe cose bibereye. Urubanza rugumye baruzanira Musa+, mugabo urubanza rwose rworoshe ubwabo bararutunganya bwa bacamanza. Guharura 27:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Musa ashikiriza ikibazo cabo imbere ya Yehova+.
26 Hanyuma bacira imanza abantu igihe cose bibereye. Urubanza rugumye baruzanira Musa+, mugabo urubanza rwose rworoshe ubwabo bararutunganya bwa bacamanza.