Kuvayo 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aroni akimara kuvugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, barahindukira baraba amaja mu gahinga, maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka mu gicu+. Kuvayo 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi.
10 Aroni akimara kuvugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, barahindukira baraba amaja mu gahinga, maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka mu gicu+.
17 Ku maso ya bene Isirayeli, ukuntu ubuninahazwa bwa Yehova bwasa, wamengo ni umuriro urigata+, kw’isonga ry’umusozi.