Kuvayo 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira Musa, avuga ati: “Aroni Umulewi si mwene wanyu+? Ndazi neza yuko ashoboye koko kuvuga. Kandi bisubiye, ehe ari mu nzira aza guhura nawe. Niyakubona, ntazobura kunezerwa mu mutima wiwe+.
14 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira Musa, avuga ati: “Aroni Umulewi si mwene wanyu+? Ndazi neza yuko ashoboye koko kuvuga. Kandi bisubiye, ehe ari mu nzira aza guhura nawe. Niyakubona, ntazobura kunezerwa mu mutima wiwe+.