2 bo mu mahanga Yehova yari yarabwiye bene Isirayeli ku biyerekeye ati: “Ntimuze mwinjire muri bo+, kandi na bo ubwabo ntibaze binjire muri mwebwe; vy’ukuri, bazohengekera umutima wanyu ku gukurikira imana zabo+.” Abo ni bo Salomo yumiyeko+, arabakunda.