Kuvayo 24:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Musa yandika amajambo ya Yehova yose+. Maze avyuka kare mu gitondo, yubaka ku ntango y’umusozi igicaniro be n’inkingi cumi na zibiri zihuye na ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+. Gusubira mu vyagezwe 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Musa yandika iri tegeko+, ariha abaherezi bene Lewi+, abareruzi b’isandugu y’isezerano rya Yehova+, ariha n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli. Gusubira mu vyagezwe 31:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 igihe Isirayeli yose izoza kuraba mu maso ha Yehova+ Imana yawe ahantu azotora+, uzosomera iri tegeko imbere ya Isirayeli yose, bose bumva+.
4 Nuko Musa yandika amajambo ya Yehova yose+. Maze avyuka kare mu gitondo, yubaka ku ntango y’umusozi igicaniro be n’inkingi cumi na zibiri zihuye na ya miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli+.
9 Maze Musa yandika iri tegeko+, ariha abaherezi bene Lewi+, abareruzi b’isandugu y’isezerano rya Yehova+, ariha n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli.
11 igihe Isirayeli yose izoza kuraba mu maso ha Yehova+ Imana yawe ahantu azotora+, uzosomera iri tegeko imbere ya Isirayeli yose, bose bumva+.