Kuvayo 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Arasubira ati: “Yiterere hasi.” Nuko ayiterera hasi, ica icika inzoka+; Musa na we atangura kuyihunga. Kuvayo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Yehova yongera kumubwira ati: “Ndakwinginze, injiza ukuboko kwawe mu mukonyo wo haruguru w’impuzu yawe.” Nuko yinjiza ukuboko kwiwe muri nya mukonyo. Agukuyeyo, asanga kwatewe n’imibembe, gusigaye kwera derere*+! Kuvayo 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko nibatemera n’ivyo bimenyetso bibiri canke ngo bumvirize ijwi ryawe+, uzoce ukura amazi mu ruzi Nili uyasese kw’isi yumutse; kandi nya mazi uzokura mu ruzi Nili, emwe, azocika koko amaraso kw’isi yumutse+.”
3 Arasubira ati: “Yiterere hasi.” Nuko ayiterera hasi, ica icika inzoka+; Musa na we atangura kuyihunga.
6 Maze Yehova yongera kumubwira ati: “Ndakwinginze, injiza ukuboko kwawe mu mukonyo wo haruguru w’impuzu yawe.” Nuko yinjiza ukuboko kwiwe muri nya mukonyo. Agukuyeyo, asanga kwatewe n’imibembe, gusigaye kwera derere*+!
9 Ariko nibatemera n’ivyo bimenyetso bibiri canke ngo bumvirize ijwi ryawe+, uzoce ukura amazi mu ruzi Nili uyasese kw’isi yumutse; kandi nya mazi uzokura mu ruzi Nili, emwe, azocika koko amaraso kw’isi yumutse+.”