Kuvayo 31:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 na za mpuzu z’injishano, na za mpuzu nyeranda za Aroni umuherezi, na za mpuzu z’abahungu biwe bambara mu gukora bwa baherezi+; Kuvayo 39:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 za mpuzu+ z’injishano zo kwambara mu gukora aheranda, za mpuzu nyeranda+ za Aroni umuherezi na za mpuzu z’abahungu biwe zo kwambara mu gukora bwa baherezi+.
10 na za mpuzu z’injishano, na za mpuzu nyeranda za Aroni umuherezi, na za mpuzu z’abahungu biwe bambara mu gukora bwa baherezi+;
41 za mpuzu+ z’injishano zo kwambara mu gukora aheranda, za mpuzu nyeranda+ za Aroni umuherezi na za mpuzu z’abahungu biwe zo kwambara mu gukora bwa baherezi+.