ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 31:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Raba, mpamagaye mw’izina Bezaleli+ mwene Uri, Uri mwene Huru, wo mu muryango wa Yuda+.

  • Kuvayo 35:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Maze Musa abwira bene Isirayeli ati: “Raba, Yehova yahamagaye mw’izina Bezaleli+ mwene Uri, Uri mwene Huru, wo mu muryango wa Yuda.

  • Kuvayo 36:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 “Kandi Bezaleli ategerezwa gukora, na Oholiyabu+ nyene, n’umugabo wese w’umutima w’inkerebutsi, uwo Yehova yahaye ubukerebutsi+ n’ugutegera+ muri ivyo bintu, kugira amenye ingene akora akazi kose ka ca gikorwa ceranda yisunze ivyo Yehova yategetse vyose+.”

  • Kuvayo 37:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Nuko Bezaleli+ akora ya Sandugu+ y’igiti c’umunyinya. Uburebure bwayo yari amatambwe abiri n’igice, ubwaguke bwayo itambwe n’igice, amahagarara yayo na yo itambwe n’igice+.

  • 2 Ngoma 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Igicaniro* c’umujumpu+ Bezaleli+ umuhungu wa Uri mwene Huru+ yari yarakoze cari cashizwe imbere y’itaberenakulo* ya Yehova; Salomo n’ishengero bama bagisiguza nk’uko vyari bisanzwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika