ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Umuntu niyahemuka mu gucumura ku bintu vyeranda vya Yehova bivuye ku kwihenda+, bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ aze azanire Yehova impfizi y’intama itagira agahonzi ivuye mu mukuku, hisunzwe agaciro kagereranijwe muri shekeli+ z’ifeza, hisunzwe shekeli y’ahantu heranda, ribe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha.

  • Abalewi 27:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 kandi ako gaciro kagereranijwe kakabwirizwa kuba ak’uw’igitsina-gabo afise imyaka iva ku mirongo ibiri gushika ku mirongo itandatu, nya gaciro kaze kabe shekeli mirongo itanu z’ifeza hisunzwe shekeli y’ahantu heranda.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika