ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 29:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze uze utore za mpuzu+ hanyuma wambike Aroni ya kanzu na wa mwitero utagira amaboko wa efodi, na ya efodi na ka kambarwa ko ku gikiriza, kandi uze uyitubike kuri we ukoresheje wa mukanda wa efodi+.

  • Kuvayo 31:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 na za mpuzu z’injishano, na za mpuzu nyeranda za Aroni umuherezi, na za mpuzu z’abahungu biwe bambara mu gukora bwa baherezi+;

  • Kuvayo 35:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 za mpuzu+ z’injishano z’igikorwa c’aheranda, za mpuzu nyeranda+ za Aroni umuherezi na za mpuzu z’abahungu biwe zo kwambara mu gukora bwa baherezi.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika