Gusubira mu vyagezwe 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova azotuma ikiza kikwumirako gushika agutikije ku butaka uriko urajamwo ngo ubwigarurire+. 2 Abami 17:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze batanguye kubayo, ntibatinya+ Yehova. Ku bw’ivyo Yehova abarungikamwo intambwe+, na zo zikaza zirabica.
25 Maze batanguye kubayo, ntibatinya+ Yehova. Ku bw’ivyo Yehova abarungikamwo intambwe+, na zo zikaza zirabica.