ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi umukanda+, uwuri kuri yo wo kuyitubika, nk’uko ubuhinga bwayo buri, ukwiye kuba ukozwe mu vyo ikozwemwo: mu nzahabu, inyuzi z’ubururu, ubwoya buzize ibara ry’umuyugubwe ugomba gutukura, igitambara c’ibara ry’agahama n’ilino nziza ihinzwe.

  • Kuvayo 29:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze uze utore za mpuzu+ hanyuma wambike Aroni ya kanzu na wa mwitero utagira amaboko wa efodi, na ya efodi na ka kambarwa ko ku gikiriza, kandi uze uyitubike kuri we ukoresheje wa mukanda wa efodi+.

  • Yesaya 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kandi ubugororotsi ni bwo buzomubera umukaba wo mu mafyinga+, ubwizigirwa na bwo umukaba wo mu kiyunguyungu ciwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika