Ivyahishuwe 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi uwari yicaye, uravye ishusho yiwe+, yasa n’ibuye ryitwa yasipi+ be n’ibuye ry’agaciro ry’ibara ritukura, hirya no hino ya nya ntebe na ho hakaba umunywamazi+ usa n’ibuye ry’agaciro ryitwa emerode+.
3 Kandi uwari yicaye, uravye ishusho yiwe+, yasa n’ibuye ryitwa yasipi+ be n’ibuye ry’agaciro ry’ibara ritukura, hirya no hino ya nya ntebe na ho hakaba umunywamazi+ usa n’ibuye ry’agaciro ryitwa emerode+.